ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 47:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Hagarara udakakaza rero, n’imitongero yawe hamwe n’umurengera w’ubupfumu bwawe+ wacumukuriyemwo kuva mu buto bwawe; kugira ngo kumbure ushobore kwunguka, kugira ngo kumbure utere abantu  akoba.

  • Daniyeli 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nya Bakaludaya barishura imbere y’umwami bati: “Kw’isi yumutse nta muntu ariho ashoboye kwerekana ico kintu c’umwami, narirya ata mwami ahambaye canke buramatari yigeze asaba ikintu nk’ico umuherezi w’umunyamageza canke uwuhamagara imizimu canke Umukaludaya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika