Ivyakozwe 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Petero ngo abibone, abwira abantu ati: “Bagabo ba Isirayeli, kubera iki mutangazwa n’ivyo, canke kubera iki muduhanga amaso nk’aho umenga twatumye atambuka biciye ku bubasha bwacu bwite canke ku kwihebera Imana kwacu+?
12 Petero ngo abibone, abwira abantu ati: “Bagabo ba Isirayeli, kubera iki mutangazwa n’ivyo, canke kubera iki muduhanga amaso nk’aho umenga twatumye atambuka biciye ku bubasha bwacu bwite canke ku kwihebera Imana kwacu+?