Zaburi 31:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo jewe, ni wewe nizigiye, ewe Yehova+!Navuze nti: “Uri Imana yanje+.” Yesaya 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Na we avuga ati: “Ndakwinginze wumvirize, wa nzu ya Dawidi! Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba muruhisha abantu, mukaruhisha n’Imana yanje+? Mika 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.
13 Na we avuga ati: “Ndakwinginze wumvirize, wa nzu ya Dawidi! Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kuba muruhisha abantu, mukaruhisha n’Imana yanje+?
7 Jeho, Yehova ni we nzoguma nderetse+. Nzorindira Imana y’ubukiriro bwanje+. Imana yanje izonyumva+.