Yeremiya 44:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo kuva igihe twareka gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’ no kumusukira amashikanwa y’ikinyobwa, twarabuze ibintu vyose, kandi twaraherengetejwe n’inkota be n’ikigoyi+.
18 Mugabo kuva igihe twareka gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’ no kumusukira amashikanwa y’ikinyobwa, twarabuze ibintu vyose, kandi twaraherengetejwe n’inkota be n’ikigoyi+.