ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 no kugira ntuhave uraramurira amaso yawe mu majuru ukabona koko izuba n’ukwezi n’inyenyeri, ingabo zose zo mu majuru, maze vy’ukuri ukaryosharyoshwa ukavyunamira, ukabikorera+, ivyo Yehova Imana yawe yagabanganirije ibisata vy’abantu vyose munsi y’amajuru iyo ava akagera+.

  • Yeremiya 7:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika