-
Ezekiyeli 20:28Bibiliya y’isi nshasha
-
-
28 Maze ndabazana mu gihugu+ nari naradugije ukuboko nkarahira ko nzokibaha+. Aho baboneye umurambi wose ukirurutse+ n’igiti cose gisagaraye, baca batangura kuhashikanira ibimazi vyabo+ no kuhatangira ishikanwa ryabo ritera umwikomo, no kuhashikiririza utumoto twabo turuhura+, no kuhasukira amashikanwa yabo y’ikinyobwa+.
-