ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Kuko Yeruzalemu yatsitaye, na Yuda ikaba yaraguye+, kuko ururimi rwabo be n’ivyo bakora ari ibirwanya Yehova+, mu kugarariza mu maso y’ubuninahazwa bwiwe+.

  • Yesaya 65:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 igisata kigizwe n’abantu bama bambabaza+ imbonankubone, bagashikanira ibimazi mu mirima+ bakongera bagafumbishiriza umwotsi w’ibimazi+ ku matafari,

  • Yeremiya 25:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “‘Mugabo ntimwanyumvirije,’ ni ko Yehova avuze, ‘kugira ngo mumbabarishe igikorwa c’amaboko yanyu, mukikwegera ivyago+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika