Yoweli 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehova azorohera i Siyoni nk’intambwe, yumvikanishirize ijwi ryiwe i Yeruzalemu+. Emwe, ijuru n’isi bizotigita+; ariko Yehova azobera ubuhungiro abantu biwe+, abere n’iboma bene Isirayeli+. Amosi 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Avuga ati: “Yehova azorohera i Siyoni nk’intambwe+, kandi azokwumvikanishiriza ijwi ryiwe i Yeruzalemu+; kandi amatongo y’uburagiriro y’abungere azoja mu kigandaro, n’isonga rya Karumeli rizokwuma+.”
16 Yehova azorohera i Siyoni nk’intambwe, yumvikanishirize ijwi ryiwe i Yeruzalemu+. Emwe, ijuru n’isi bizotigita+; ariko Yehova azobera ubuhungiro abantu biwe+, abere n’iboma bene Isirayeli+.
2 Avuga ati: “Yehova azorohera i Siyoni nk’intambwe+, kandi azokwumvikanishiriza ijwi ryiwe i Yeruzalemu+; kandi amatongo y’uburagiriro y’abungere azoja mu kigandaro, n’isonga rya Karumeli rizokwuma+.”