Zaburi 18:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni we rutare rwanje, igihome canje gikomeye akaba na we ankiza+.Imana yanje ni yo gitandara canje. Nzohungira muri yo+,Ni yo nkinzo yanje n’ihembe ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+. Zaburi 50:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.”
2 Yehova ni we rutare rwanje, igihome canje gikomeye akaba na we ankiza+.Imana yanje ni yo gitandara canje. Nzohungira muri yo+,Ni yo nkinzo yanje n’ihembe ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+.