2 Abami 17:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 baguma bishingira inkingi nyeranda+ n’ibikingi vyeranda+ ku murambi wose ukirurutse+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+; Hoseya 8:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Kuko Efurayimu yagwije ibicaniro kugira acumure+. Asigaye afise ibicaniro* kugira acumure+.
10 baguma bishingira inkingi nyeranda+ n’ibikingi vyeranda+ ku murambi wose ukirurutse+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+;