-
Gusubira mu vyagezwe 32:13Bibiliya y’isi nshasha
-
-
13 Yagumye amugendesha ku bibanza bikirurutse* vy’isi+,
Ku buryo yariye ivyamye mw’itongo+.
Kandi yaguma atuma anunuza ubuki buva mu rutare+,
N’amavuta ava mu gitandara c’isare+;
-
Nehemiya 9:25Bibiliya y’isi nshasha
-
-
25 Barigaruriye rero ibisagara vyabo bikingijwe ibihome+ n’ubutaka bunuze+ bongera bigarurira amazu yuzuye ibintu vyizavyiza vyose+, amatangi yimbwe+, imirima y’imizabibu+ n’imirima y’imyelayo n’ibiti bitanga ibifungurwa, ku bwinshi, maze bararya, barahaga+, baradoha+, baranezerwa rwose mu kumera neza kwawe+.
-
-
Luka 15:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 “Agarukanye ubwenge, avuga ati: ‘Ni abacangero bangahe ba dawe bisenena umukate, nanje ndiko ndicirwa ng’aha na kigoyi!
-
-
-