Gusubira mu vyagezwe 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana. Zaburi 10:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko ubwawe wabonye ivyago n’umwikomo.Uguma witegereza ngo ubizane bije mu kuboko kwawe+.Umuntu yigorewe+, mbere impfuvyi*, ni wewe yiragiza.Ni wewe wacitse umufasha wiwe+. Zaburi 68:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imana, ahantu hayo heranda iba+,Ni se w’impfuvyi* ikaba n’umucamanza w’abapfakazi+. Zaburi 146:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+. Imigani 23:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko Umucunguzi wabo akomeye; ubwiwe azoburana nawe urubanza rwabo+. Yakobo 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.
18 ishitsa urubanza ku bw’impfuvyi* n’umupfakazi+ kandi igakunda kavamahanga+ ku buryo imuha umukate n’umutamana.
14 Kuko ubwawe wabonye ivyago n’umwikomo.Uguma witegereza ngo ubizane bije mu kuboko kwawe+.Umuntu yigorewe+, mbere impfuvyi*, ni wewe yiragiza.Ni wewe wacitse umufasha wiwe+.
9 Yehova ararinda ba kavamahanga+;Impfuvyi* be n’umupfakazi arabatabara+,Mugabo inzira+ y’ababisha arayihetarika+.
27 Insengo ityoroye+ kandi idahumanye+ ku Mana yacu ikaba na Data ni iyi: kwitaho impfuvyi+ n’abapfakazi+ mu makuba yabo+, no kuguma wirinze ntutosekazwe+ n’isi+.