Ezekiyeli 23:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Bazogukoba koko impuzu zawe+, batware n’ibintu vyawe vyiza+. Zefaniya 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ubutunzi bwabo buzoba ubwo gusahurwa n’inzu zabo zibe izo kugirwa igiharabuga+. Bazokwubaka amazu, ariko ntibazoyabamwo+; bazotera imirima y’imizabibu, ariko ntibazonywa umuvinyu wayo+.
13 Kandi ubutunzi bwabo buzoba ubwo gusahurwa n’inzu zabo zibe izo kugirwa igiharabuga+. Bazokwubaka amazu, ariko ntibazoyabamwo+; bazotera imirima y’imizabibu, ariko ntibazonywa umuvinyu wayo+.