Zaburi 50:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Enda nimubitahure, mwebwe abibagira Imana+,Sindabatabagure ata wuri bubarokore+. Hoseya 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuko nzomerera Efurayimu nk’intambwe y’umukangara+, n’inzu ya Yuda nk’intambwe y’umukangara y’umugāra. Jewe nzobatabagura, ngende nsengēse, kandi nta wuzobarokora+.
14 Kuko nzomerera Efurayimu nk’intambwe y’umukangara+, n’inzu ya Yuda nk’intambwe y’umukangara y’umugāra. Jewe nzobatabagura, ngende nsengēse, kandi nta wuzobarokora+.