Kuvayo 23:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Kandi muze mwiyubare ku vyo nababwiye vyose+; kandi ntimugacishe mu kanwa izina ry’izindi mana. Ntirikwiye kwumvikana mu kanwa kawe+. Yosuwa 23:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+. Zakariya 13:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.
13 “Kandi muze mwiyubare ku vyo nababwiye vyose+; kandi ntimugacishe mu kanwa izina ry’izindi mana. Ntirikwiye kwumvikana mu kanwa kawe+.
7 mu kutigera mwinjira muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe. Ntimuze mucishe mu kanwa amazina y’imana zayo+ canke ngo muzirahire+, eka ntimuze muzikorere canke ngo muzunamire+.
2 “Kandi kuri uwo musi,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nzorandura amazina y’ibigirwamana mu gihugu+, kandi ntibizokwongera kwibukwa; abahanuzi+ be n’impwemu y’ubuhumane nzobizimanganya mu gihugu+.