Zefaniya 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+. Malaki 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ehe ntumye kuri mwebwe Eliya umuhanuzi+ imbere y’ukuza kwa wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+.
14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+.
5 “Ehe ntumye kuri mwebwe Eliya umuhanuzi+ imbere y’ukuza kwa wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+.