ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zefaniya 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Ku bw’ivyo rero, nimugume munyiteze+,’ ni ko Yehova avuze, ‘gushika umusi nzohaguruka nkaja ku minyago+, kuko ingingo yanje y’ubutungane ari iyo gukoranya amahanga+, ngakoraniriza hamwe ubwami, kugira ngo ndabisukeko imisibo yanje+, ishavu ryanje ryose rirurumba; kuko isi yose izorigatwa n’umuriro w’umwete wanje+.

  • Zakariya 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Emwe, nzokoranya amahanga yose kugira atere Yeruzalemu+; ico gisagara kizofatwa ata kabuza+, amazu asahurwe, n’abagore bashurashuzwe ku nguvu+. Kandi ica kabiri c’igisagara kizoja mu bunyagano+; ariko abazosigara mu bantu+ ntibazorandurwa mu gisagara+.

  • Ivyahishuwe 16:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Abakoraniriza hamwe ahantu hitwa Haru–Magedoni*+ mu giheburayo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika