Yesaya 66:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko, nka kurya kw’umuriro, Yehova azokwifatira mu minwe koko imburano, egome, akoresheje inkota yiwe+, arwanye ikiri n’umubiri cose; kandi abishwe na Yehova bazoba benshi+. Ezekiyeli 38:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Nzoburana+ na we, nkoresheje ikiza+ n’amaraso+; imvura y’isegenya isegenyuka be n’iminana y’urubura+, umuriro+ be n’amazuku, ni vyo nzogwisha kuri we no ku nteko ziwe no ku bisata vyinshi bizoba biri kumwe na we+.
16 Kuko, nka kurya kw’umuriro, Yehova azokwifatira mu minwe koko imburano, egome, akoresheje inkota yiwe+, arwanye ikiri n’umubiri cose; kandi abishwe na Yehova bazoba benshi+.
22 Nzoburana+ na we, nkoresheje ikiza+ n’amaraso+; imvura y’isegenya isegenyuka be n’iminana y’urubura+, umuriro+ be n’amazuku, ni vyo nzogwisha kuri we no ku nteko ziwe no ku bisata vyinshi bizoba biri kumwe na we+.