ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 6:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ku bw’ivyo rero Yehova abona ko ububi bw’umuntu bwari bugwiriye mw’isi be n’uko impengamiro+ yose y’ivyiyumviro vy’umutima wiwe yari mbi gusa igihe cose+.

  • Yesaya 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ubutaka bwimbuka nzobugarukanako vy’ukuri ububi bwabwo+, n’ikosa ry’ababisha ndaribagarukaneko. Kandi nzohagarika vy’ukuri ubwishime bw’abita imbere, n’ubwibone bw’intwazamukazo ndabushire hasi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika