Yesaya 13:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Kuko inyenyeri zo mu majuru n’uturundo twazo twa Kesili+ bitazoravya umuco wavyo; izuba rizocura umwiza koko rigiseruka, n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo. Ezekiyeli 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘Kandi niwazima, nzopfuka amajuru, ntume inyenyeri zayo zicura umwiza. Nayo izuba, nzoripfuka ibicu, n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo+. Yoweli 2:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Izuba rizohinduka umwiza+, ukwezi guhinduke amaraso+, imbere y’uko haza wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+. Ivyakozwe 2:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 izuba+ rizohinduka umwiza, n’ukwezi guhinduke amaraso, imbere y’uko wa musi uhambaye kandi w’agatangaza wa Yehova ushika+.
10 Kuko inyenyeri zo mu majuru n’uturundo twazo twa Kesili+ bitazoravya umuco wavyo; izuba rizocura umwiza koko rigiseruka, n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo.
7 “‘Kandi niwazima, nzopfuka amajuru, ntume inyenyeri zayo zicura umwiza. Nayo izuba, nzoripfuka ibicu, n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo+.
31 Izuba rizohinduka umwiza+, ukwezi guhinduke amaraso+, imbere y’uko haza wa musi uhambaye kandi uteye ubwoba wa Yehova+.
20 izuba+ rizohinduka umwiza, n’ukwezi guhinduke amaraso, imbere y’uko wa musi uhambaye kandi w’agatangaza wa Yehova ushika+.