Amosi 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova yanyeretse: ehe Umukama Segaba Yehova yariko ahamagara amahane biciye ku muriro+; nya muriro urigata inyenga y’amazi nini amahanga, urigata n’igice c’itongo.
4 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova yanyeretse: ehe Umukama Segaba Yehova yariko ahamagara amahane biciye ku muriro+; nya muriro urigata inyenga y’amazi nini amahanga, urigata n’igice c’itongo.