Yeremiya 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nimwigenyereshe ku bwa Yehova, kandi mugenyere imitima yanyu+, yemwe bagabo ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu; kugira ngo ubushangashirwe bwanje ntibupfunduke nk’umuriro, bukaka koko ata wo kubuzimya, kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+.”
4 Nimwigenyereshe ku bwa Yehova, kandi mugenyere imitima yanyu+, yemwe bagabo ba Yuda namwe ababa i Yeruzalemu; kugira ngo ubushangashirwe bwanje ntibupfunduke nk’umuriro, bukaka koko ata wo kubuzimya, kubera ububi bw’ibikorwa vyanyu+.”