ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 10:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi mutegerezwa kugenyera imitima yanyu+ ntimwongere gukomantaza amazosi yanyu+.

  • Gusubira mu vyagezwe 30:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Kandi Yehova Imana yawe azobwirizwa kugenyera umutima wawe+ n’umutima w’uruvyaro rwawe+, kugira ukunde Yehova Imana yawe n’umutima wawe wose n’ubuzima bwawe bwose, ku bw’ubuzima bwawe+.

  • Yeremiya 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 egome, ngire ico mbaza Misiri+, na Yuda+, na Edomu+, na bene Amoni+, na Mowabu+, n’abantu bose bamoye imishatsi mu misaya baba mu gahinga+; kuko amahanga yose atagenyerewe kandi n’inzu yose ya Isirayeli ntibe igenyerewe mu mutima+.”

  • Ivyakozwe 7:51
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 51 “Yemwe bantu b’intabarirwa kandi batagenyerewe mu mitima+ no mu matwi: mwama murwanya impwemu nyeranda; nk’uko ba sogokuruza banyu bakora, ni ko namwe mukora+.

  • Abaroma 2:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Mugabo Umuyuda ni uwuri we imbere+, kandi ukugenyerwa kwiwe ni ukw’umutima+ biciye ku mpwemu, bidaciye ku mategeko yanditse+. Ishimagizwa+ ry’uwo ntiriva ku bantu, ahubwo riva ku Mana+.

  • Abakolosayi 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mu bucuti+ mufitaniye na we, mwaragenyerewe+ kandi ukugenyerwa kwagizwe hadakoreshejwe iminwe mu gukurako umubiri w’inyama+, ni ukuvuga ukwagizwe biciye ku kugenyera kwa Kristu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika