2 Abami 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ivyo vyabaye kubera yuko bene Isirayeli bari bacumuye+ kuri Yehova Imana yabo, uwari yarabaduganye abakuye mu gihugu ca Misiri, munsi y’ukuboko kwa Farawo umwami wa Misiri+, maze batangura gutinya izindi mana+;
7 Ivyo vyabaye kubera yuko bene Isirayeli bari bacumuye+ kuri Yehova Imana yabo, uwari yarabaduganye abakuye mu gihugu ca Misiri, munsi y’ukuboko kwa Farawo umwami wa Misiri+, maze batangura gutinya izindi mana+;