Imigani 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntiwambure umuntu mutoyi ngo ni uko ari mutoyi+, kandi ntujanjagurire umurushwa mw’irembo+. Yesaya 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kugira ngo bahindire abantu batobato kure y’urubanza no kugira ngo banyage ubutungane abarushwa bo mu bantu banje+, kugira ngo abapfakazi bacike isahu ryabo, no kugira ngo basahure n’impfuvyi*+!
2 kugira ngo bahindire abantu batobato kure y’urubanza no kugira ngo banyage ubutungane abarushwa bo mu bantu banje+, kugira ngo abapfakazi bacike isahu ryabo, no kugira ngo basahure n’impfuvyi*+!