Amosi 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “‘Ariko mwagumye muha Abanaziri umuvinyu ngo banywe+, abahanuzi mubategeka ngo: “Ntimukavuge ubuhanuzi+.” Ivyakozwe 4:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yamara rero, kugira ngo ntibibandanye gukwiragira hose mu bantu, reka tubabwize iterabwoba kutongera kubwira ikintu umuntu n’umwe bishimikije iryo zina+.” Ivyakozwe 5:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 ati: “Twarabihanikirije+ kutaguma mwigisha mwishimikije iryo zina, yamara ehe mwujuje Yeruzalemu inyigisho yanyu+, kandi mwiyemeje kuturemeka amaraso+ y’uwo muntu.”
12 “‘Ariko mwagumye muha Abanaziri umuvinyu ngo banywe+, abahanuzi mubategeka ngo: “Ntimukavuge ubuhanuzi+.”
17 Yamara rero, kugira ngo ntibibandanye gukwiragira hose mu bantu, reka tubabwize iterabwoba kutongera kubwira ikintu umuntu n’umwe bishimikije iryo zina+.”
28 ati: “Twarabihanikirije+ kutaguma mwigisha mwishimikije iryo zina, yamara ehe mwujuje Yeruzalemu inyigisho yanyu+, kandi mwiyemeje kuturemeka amaraso+ y’uwo muntu.”