ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 30:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 ni bo babwiye ababona ngo: ‘Ntimubone,’ n’aberekwa ngo: ‘Ntimutubonere ibigororotse na bimwe+. Tubwire ibisosa; nimubone ivy’uruhendo+.

  • Yeremiya 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Ibi rero ni vyo Yehova avuze ku bantu b’i Anatoti+ barondera ubuzima bwawe, bati: “Ntukavuge ubuhanuzi mw’izina rya Yehova+, kugira ngo ntitukwice”;

  • Amosi 7:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Nuko Amaziya abwira Amosi ati: “Ewe mubonyi+, genda, hunga uje mu gihugu ca Yuda, abe ari ho urira umukate, kandi abe ari ho uvugira ubuhanuzi.

  • Ivyakozwe 4:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuri ivyo barabahamagara, babategeka kutagira ahantu na hamwe bavuga canke ngo bigishe bishimikije izina rya Yezu.

  • 1 Abatesalonika 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 kuko bashaka kutubuza+ kubwira abanyamahanga ngo na bo bakizwe+, bigatuma bama buzuza ingero+ y’ibicumuro vyabo. Mugabo uburake bwayo bwaruhiye kubazako+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika