ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Baguma babwira abatanyubaha ngo: ‘Yehova avuze ati: “Muzogira amahoro+.”’ Kandi babwiye abagendera mu kagagazo k’umutima wabo bose+ ngo: ‘Nta vyago bizobazako+.’

  • Ezekiyeli 13:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mbega ntimweretswe iyerekwa ry’ububeshi, mukavuga indagu y’ikinyoma, ngo: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze,’ kandi jewe ata co navuze+?”’

  • Mika 2:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Umuntu akurikira umuyaga n’ikinyoma, nimba yarabeshe+ ngo: “Nzokubwira amajambo ajanye n’umuvinyu n’ayajanye n’inzoga ziboreza,” ni we rero azovuga amajambo ku bijanye n’aba bantu+.

  • 2 Timoteyo 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko hazoshika igihe aho batazokwihanganira ya nyigisho ngirakamaro+, mugabo nk’uko ivyipfuzo vyabo bwite biri, bazokwirundaniriza abigisha kugira ngo amatwi yabo yagazwe+;

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika