ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 1:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Nk’uko nakuremesheje kuguma i Efeso igihe nagira nje i Makedoniya+, n’ubu ni ko ngize, ngo utegeke+ bamwebamwe kutigisha izindi nyigisho+,

  • 1 Timoteyo 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 abasambanyi+, abagabo baryamana n’ab’igitsina-gabo, abanyuruji, ababeshi, abarahira indahiro z’ikinyoma+, n’ibindi bintu vyose birwanya+ ya nyigisho ngirakamaro*+

  • 1 Timoteyo 4:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ariko ijambo ryahumetswe rivuga ritomora yuko mu bihe bizoza+ bamwe bazota+ ukwizera, bagakurikira amajambo y’amahumekano azimiza+ be n’inyigisho z’amadayimoni*+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika