ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Maze mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Vy’ukuri warahenze rwose aba bantu+ na Yeruzalemu, uti: ‘Muzogira amahoro+,’ none inkota igeramiye ubuzima.”

  • Yeremiya 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’abantu banje+, bakavuga bati: ‘Hari amahoro! Hari amahoro!’, kandi ata mahoro ariho+.

  • Yeremiya 8:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Bagerageza gukiza bimwe vy’indenzirenzi ugusenyuka kw’umukobwa w’abantu banje+, bakavuga bati: “Hari amahoro! Hari amahoro!”, kandi ata mahoro ariho+.

  • Ezekiyeli 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 kuko, egome, kuko bahubije abantu banje, bakavuga ngo: “Hari amahoro!” kandi ata mahoro ahari+, hakaba kandi uwubaka urusika, mugabo abaruhomesha ishwagara+ bakaruhomera ubusa+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika