ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 14:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Nca mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Ehe abahanuzi bababwira ngo: ‘Nta nkota muzobona, kandi nta kigoyi kizobazako, mugabo amahoro nyakuri ni yo nzobaha aha hantu+.’”

  • Yeremiya 23:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Baguma babwira abatanyubaha ngo: ‘Yehova avuze ati: “Muzogira amahoro+.”’ Kandi babwiye abagendera mu kagagazo k’umutima wabo bose+ ngo: ‘Nta vyago bizobazako+.’

  • Ezekiyeli 13:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 kuko, egome, kuko bahubije abantu banje, bakavuga ngo: “Hari amahoro!” kandi ata mahoro ahari+, hakaba kandi uwubaka urusika, mugabo abaruhomesha ishwagara+ bakaruhomera ubusa+.’

  • 1 Abatesalonika 5:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Igihe bazoba+ bavuga ngo: “Amahoro+ n’umutekano!” ni ho agatikizo+ ka bukwi na bukwi kazoza kuri bo ako kanya nyene nk’uko ububabare bw’ibise buza ku mugore yibungenze+; kandi ntibazogenda barusimvye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika