Luka 11:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 “Muragowe mwebwe abahanga mu vy’Itegeko, kubera ko mwatwaye urupfunguruzo rw’ubumenyi+; mwebwe ubwanyu ntimwinjiye, kandi n’abinjira mwarababujije+!” Ivyakozwe 13:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo Abayuda+ bagumura abagore bubahwa bǎsenga Imana be n’abantu bakurubakuru b’igisagara, hanyuma bavyura uruhamo kuri Paulo+ na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo.
52 “Muragowe mwebwe abahanga mu vy’Itegeko, kubera ko mwatwaye urupfunguruzo rw’ubumenyi+; mwebwe ubwanyu ntimwinjiye, kandi n’abinjira mwarababujije+!”
50 Mugabo Abayuda+ bagumura abagore bubahwa bǎsenga Imana be n’abantu bakurubakuru b’igisagara, hanyuma bavyura uruhamo kuri Paulo+ na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo.