Amosi 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Amajambo ya Amosi, uwari mu borozi b’intama b’i Tekowa+, ayo yeretswe ku vyerekeye Isirayeli+ mu misi ya Uziya+ umwami wa Yuda no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli, imyaka ibiri imbere y’uko haba ya nyamugigima+.
1 Amajambo ya Amosi, uwari mu borozi b’intama b’i Tekowa+, ayo yeretswe ku vyerekeye Isirayeli+ mu misi ya Uziya+ umwami wa Yuda no mu misi ya Yerobowamu+ mwene Yowasi+, umwami wa Isirayeli, imyaka ibiri imbere y’uko haba ya nyamugigima+.