Gusubira mu vyagezwe 32:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Inyigisho yanje izotonyanga nk’imvura+,Ijambo ryanje riratemba nk’ikime+Nk’akanyanyaga ku bwatsi+Nk’imicuncubuko y’imvura ku vyatsi+. Mika 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntihagire amajambo muvuga+. Bavuga amajambo, ariko ntibazovuga amajambo ajanye n’ivyo bintu. Ibiteterwe ntibizovaho+.
2 Inyigisho yanje izotonyanga nk’imvura+,Ijambo ryanje riratemba nk’ikime+Nk’akanyanyaga ku bwatsi+Nk’imicuncubuko y’imvura ku vyatsi+.
6 Ntihagire amajambo muvuga+. Bavuga amajambo, ariko ntibazovuga amajambo ajanye n’ivyo bintu. Ibiteterwe ntibizovaho+.