Yeremiya 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Boba baramaramajwe n’uko bakoze ikintu giteye ishishi+? Kimwe coco, ntibamaramara; vyongeye, ntibigeze bamenya no guteterwa ico ari co+. Ku bw’ivyo, bazogwa mu bagwa+; bazotsitara ninagira ico ndababaza,” ni ko Yehova avuze. Yeremiya 8:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Boba baramaramajwe n’uko bakoze ibiteye ishishi+? Kimwe coco, ntibamaramaye; vyongeye, ntibigeze bamenya no guteterwa ico ari co+. “‘Ku bw’ivyo, bazogwa mu bagwa. Bazotsitara ivyabo nivyarabwa+,’ ni ko Yehova avuze+.
15 Boba baramaramajwe n’uko bakoze ikintu giteye ishishi+? Kimwe coco, ntibamaramara; vyongeye, ntibigeze bamenya no guteterwa ico ari co+. Ku bw’ivyo, bazogwa mu bagwa+; bazotsitara ninagira ico ndababaza,” ni ko Yehova avuze.
12 Boba baramaramajwe n’uko bakoze ibiteye ishishi+? Kimwe coco, ntibamaramaye; vyongeye, ntibigeze bamenya no guteterwa ico ari co+. “‘Ku bw’ivyo, bazogwa mu bagwa. Bazotsitara ivyabo nivyarabwa+,’ ni ko Yehova avuze+.