Yesaya 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mbega muzogira iki ga yemwe ku musi ivyanyu bizorabwa+ no ku musi w’agatikizo, nikaza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+, kandi muzosiga hehe ubuninahazwa bwanyu+, Yeremiya 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Ni co gituma inzira yabo izobabera nk’ahantu hanyerera+ mu muzimagiza; bazohenurirwayo bagwe ata kabuza+.” “Kuko nzobazanako icago, umwaka bazokwitabwaho+,” ni ko Yehova avuze.
3 Mbega muzogira iki ga yemwe ku musi ivyanyu bizorabwa+ no ku musi w’agatikizo, nikaza kavuye kure+? Muzohungira kuri nde ngo abatabare+, kandi muzosiga hehe ubuninahazwa bwanyu+,
12 “Ni co gituma inzira yabo izobabera nk’ahantu hanyerera+ mu muzimagiza; bazohenurirwayo bagwe ata kabuza+.” “Kuko nzobazanako icago, umwaka bazokwitabwaho+,” ni ko Yehova avuze.