Amosi 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mbega ivyo si vyo bizotuma igihugu gihagarika umutima+, n’uwukibamwo wese akabwirizwa kugandara+, bigatuma kandi cose kiduga nka Nili, kigasebagirika hanyuma kikadwibira nka Nili yo mu Misiri+?’
8 Mbega ivyo si vyo bizotuma igihugu gihagarika umutima+, n’uwukibamwo wese akabwirizwa kugandara+, bigatuma kandi cose kiduga nka Nili, kigasebagirika hanyuma kikadwibira nka Nili yo mu Misiri+?’