Zaburi 147:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Umwe apfukisha amajuru ibicu+,Umwe ategurira isi imvura+,Umwe atuma imisozi inagako ivyatsi bitoto+. Amosi 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Wa Muhinguzi w’akarundo k’inyenyeri+ kitwa Kima+ be n’akitwa Kesili+, Umwe afata igitutu kizitanye+ akagihindura igitondo, Umwe afata umurango akawugira umwiza nk’ijoro+, Umwe ahamagara amazi y’ikiyaga, ngo ayasuke ku buringanire bw’isi+—Yehova ni ryo zina ryiwe+;
8 Umwe apfukisha amajuru ibicu+,Umwe ategurira isi imvura+,Umwe atuma imisozi inagako ivyatsi bitoto+.
8 Wa Muhinguzi w’akarundo k’inyenyeri+ kitwa Kima+ be n’akitwa Kesili+, Umwe afata igitutu kizitanye+ akagihindura igitondo, Umwe afata umurango akawugira umwiza nk’ijoro+, Umwe ahamagara amazi y’ikiyaga, ngo ayasuke ku buringanire bw’isi+—Yehova ni ryo zina ryiwe+;