Guharura 21:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+. Gusubira mu vyagezwe 2:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Kuri ivyo Yehova ambwira ati: ‘Raba, ntanguye kugabura Sihoni n’igihugu ciwe mu maboko yawe. Tangura kwigarurira igihugu ciwe+.’ Yosuwa 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Amaherezo ndabazana mu gihugu c’Abamori baba hakurya ya Yorodani, maze bano barabarwanya+. Nca ndabatanga mu kuboko kwanyu kugira ngo mwigarurire igihugu cabo nongera ndabazimanganya imbere yanyu+. Zaburi 135:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Mbere na Sihoni umwami w’Abamori+Na Ogi umwami wa Bashani+N’ubwami bwose bw’i Kanani+,
24 Nuko Isirayeli imukubitisha ubugi bw’inkota+ maze yigarurira igihugu ciwe+ kuva kuri Arunoni+ gushika kuri Yaboki+, hafi ya bene Amoni; kuko Yazeri+ ari umupaka wa bene Amoni+.
31 “Kuri ivyo Yehova ambwira ati: ‘Raba, ntanguye kugabura Sihoni n’igihugu ciwe mu maboko yawe. Tangura kwigarurira igihugu ciwe+.’
8 “‘Amaherezo ndabazana mu gihugu c’Abamori baba hakurya ya Yorodani, maze bano barabarwanya+. Nca ndabatanga mu kuboko kwanyu kugira ngo mwigarurire igihugu cabo nongera ndabazimanganya imbere yanyu+.