2 Abami 14:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni we yasubijeho urubibe rwa Isirayeli, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku kiyaga co muri Araba+, nk’uko ijambo rya Yehova Imana ya Isirayeli ryari, uwari yaravuze biciye ku musavyi wiwe Yona+ mwene Amitayi, umuhanuzi yava i Gati-heferi+. Luka 11:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Igihe amasinzi yariko arundanira hamwe, atangura kuvuga ati: “Iri yaruka ni iyaruka ribi; rirondera ikimenyetso+. Mugabo nta kimenyetso rizohabwa atari ca kimenyetso ca Yona+.
25 Ni we yasubijeho urubibe rwa Isirayeli, kuva ku bwinjiriro bwa Hamati+ gushika ku kiyaga co muri Araba+, nk’uko ijambo rya Yehova Imana ya Isirayeli ryari, uwari yaravuze biciye ku musavyi wiwe Yona+ mwene Amitayi, umuhanuzi yava i Gati-heferi+.
29 Igihe amasinzi yariko arundanira hamwe, atangura kuvuga ati: “Iri yaruka ni iyaruka ribi; rirondera ikimenyetso+. Mugabo nta kimenyetso rizohabwa atari ca kimenyetso ca Yona+.