Zaburi 107:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Baguma baririra Yehova mu marushwa yabo+;Abarokora mu maganya barimwo+,