ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 24:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko Dawidi abwira Yehova, igihe yabona nya mumarayika yariko aragarika abantu, egome, avuga ati: “Ehe ni jewe nacumuye kandi ni jewe nakoze ikibi; mugabo izi ntama+—⁠zakoze iki? Ndakwinginze ukuboko kwawe kuze kuri jewe+ no ku nzu ya dawe.”

  • 1 Ngoma 21:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko Dawidi abwira Imana y’ukuri ati: “None si jewe navuze ngo baharure abantu, kandi si jewe nacumuye ngakora koko nabi+? Nayo izi ntama+, zakoze iki? Ewe Yehova Mana yanje, ndakwinginze ukuboko kwawe kuze kuri jewe no ku nzu ya dawe; mugabo ntikuze ku bantu bawe+, ngo kubateze ikiza.”

  • Zaburi 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Azotuma abatekereza bagendera mu ngingo yiwe y’ubutungane+,

      Kandi abatekereza azobigisha inzira yiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika