Ezekiyeli 9:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze wa mugabo yambaye ilino, umwe yari afise mu mafyinga agahembe k’irangi, agarukana ijambo ati: “Nakoze nk’uko wantegetse+.” Yona 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ariko jeho, nzogushikanira ikimazi njanisha n’ijwi ry’ugukenguruka+.Ico naraganye, nzogishitsa+. Ubukiriro ni ubwa Yehova+.”
11 Maze wa mugabo yambaye ilino, umwe yari afise mu mafyinga agahembe k’irangi, agarukana ijambo ati: “Nakoze nk’uko wantegetse+.”
9 Ariko jeho, nzogushikanira ikimazi njanisha n’ijwi ry’ugukenguruka+.Ico naraganye, nzogishitsa+. Ubukiriro ni ubwa Yehova+.”