Luka 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Abagabo b’i Ninewe bazovana hasi n’iri yaruka mu rubanza baritsindishe; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona yamamaza+; mugabo, ehe uwuruta+ Yona ari ng’aha.
32 Abagabo b’i Ninewe bazovana hasi n’iri yaruka mu rubanza baritsindishe; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona yamamaza+; mugabo, ehe uwuruta+ Yona ari ng’aha.