1 Abami 4:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Yuda+ na Isirayeli bibandanya kwiberaho mu mutekano+, umuntu wese munsi y’umuzabibu wiwe no munsi y’igiti c’umusukoni+ ciwe, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mu misi yose ya Salomo. Zakariya 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Kuri uwo musi,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, ‘muzohamagarana muri munsi y’umuzabibu no munsi y’igiti c’umusukoni+.’”
25 Yuda+ na Isirayeli bibandanya kwiberaho mu mutekano+, umuntu wese munsi y’umuzabibu wiwe no munsi y’igiti c’umusukoni+ ciwe, kuva i Dani gushika i Beyeri-sheba+, mu misi yose ya Salomo.
10 “‘Kuri uwo musi,’ ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, ‘muzohamagarana muri munsi y’umuzabibu no munsi y’igiti c’umusukoni+.’”