ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 20:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Bamwe bavuga ivyerekeye imikogote abandi ivyerekeye amafarasi+,

      Ariko tweho ivyerekeye izina rya Yehova Imana yacu ni vyo tuzovuga+.

  • Zaburi 33:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Nta mwami akizwa n’ubwinshi bw’inteko za gisirikare+;

      Umunyenkomezi ubwiwe ntarokorwa n’ubwinshi bw’ububasha+.

  • Hoseya 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.”

  • Hoseya 14:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ashuri ntizodukiza+. Ntituzogendera ku mafarasi+. Kandi ntituzokwongera kubwira igikorwa c’amaboko yacu ngo: “Ewe Mana yacu!”, kuko ari wewe utuma impfuvyi* igirirwa imbabazi+.’

  • Zakariya 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nzorandura koko umukogote w’intambara muri Efurayimu, n’ifarasi muri Yeruzalemu+. Kandi umuheto w’urugamba+ uzorandurwa ata kabuza. Azobwira amahanga ivy’amahoro+; kandi ubutware bwiwe buzohēra ku kiyaga bushike ku kindi, buhēre kuri rwa Ruzi bushike ku mpera z’isi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika