Yesaya 27:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ukwo rero ni ko ikosa rya Yakobo rizohongerwa+, kandi ico ni co camwa cose niyakuraho igicumuro ciwe+, niyafata amabuye yose y’igicaniro akayagira nk’amabuye y’ingwa yavungaguwe, ku buryo ibikingi vyeranda+ be n’ibishirwako imibavu bitazovyuka+.
9 Ukwo rero ni ko ikosa rya Yakobo rizohongerwa+, kandi ico ni co camwa cose niyakuraho igicumuro ciwe+, niyafata amabuye yose y’igicaniro akayagira nk’amabuye y’ingwa yavungaguwe, ku buryo ibikingi vyeranda+ be n’ibishirwako imibavu bitazovyuka+.