ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 28:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Kandi ishurwe rikabirana+ ry’ugushaza kwayo kw’ubwiza riri ku mutwe w’umubande umera ritegerezwa gucika nk’insukoni ya kare+ imbere y’ici, iyo umubonyi abona, mu gihe ikiri mu kiganza ciwe, akayimira miyonzwa.

  • Hoseya 9:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 “Nubutse kuri Isirayeli nk’uwubutse ku nzabibu mu gahinga+. Nabonye ba sogokuruza banyu nk’uwubonye insukoni ya kare ku giti c’umusukoni kigitangura kwama+. Bo bagiye kuri Bayali y’i Peyori+, biyegurira ico kintu c’akamaramaza+, maze baba abasesemye nk’ico kintu bakunda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika