2 Abami 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata. Yesaya 8:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 abandanye aciye muri Yuda. Azoshwara arengane+. Azoshika no kw’izosi+. Kandi azosanza amababa+ ngo yuzure ubwaguke bw’igihugu cawe, ewe Emanweli+!”
13 Mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata.
8 abandanye aciye muri Yuda. Azoshwara arengane+. Azoshika no kw’izosi+. Kandi azosanza amababa+ ngo yuzure ubwaguke bw’igihugu cawe, ewe Emanweli+!”