1 Abami 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze agura umusozi wa Samariya kuri Shemeri ku talanto zibiri z’ifeza; nuko atangura kwubaka kuri uwo musozi, hanyuma igisagara yari yubatse acita Samariya+, akurikije izina rya Shemeri nyene uwo musozi. Amosi 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’
24 Maze agura umusozi wa Samariya kuri Shemeri ku talanto zibiri z’ifeza; nuko atangura kwubaka kuri uwo musozi, hanyuma igisagara yari yubatse acita Samariya+, akurikije izina rya Shemeri nyene uwo musozi.
4 “Nimwumve iri jambo, mwa nka z’i Bashani mwe+, mu ri ku musozi wa Samariya+, mugunga abantu batobato+, mugakandamiza aboro, mu kabwira ba shobuja ngo: ‘Zana twinywere!’